12 Nka kurya uwugaburira ubusho bwiwe abwitaho+ umusi aba ari hagati mu ntama ziwe zasabagijwe+, ni ko nzokwitaho intama zanje; nzozirokora ndazikure mu bibanza vyose zasanzarijwemwo ku musi w’ibicu n’umuzimagiza w’umuzitanya+.
10 Uwa gatanu na we asuka ibakure yiwe ku ntebe y’ubwami ya ca gikoko+. Ubwami bwaco buca bucurishwa umwiza+, batangura kwihekenya indimi kubera umubabaro wabo,