ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Imigani 15:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Ikimazi c’ababisha ni ikintu giteye ishishi kuri Yehova+, mugabo isengesho ry’abagororotse riramuhimbara+.

  • Imigani 21:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Ikimazi c’ababisha ni ikintu giteye ishishi+. Hari akantu iyo umuntu akizanye kiri kumwe n’ubushirasoni+!

  • Yesaya 1:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 “Ibimazi vyanyu vyinshi bimariye iki?”, ni ko Yehova avuga. “Mpāze amashikanwa aturirwa uko yakabaye+ y’impfizi z’intama+ n’ibinure vy’ibitungwa vyagaburiwe neza+; kandi simpimbarwa+ n’amaraso+ y’ibimasa n’imyagazi y’intama y’amasuguru be n’amasuguru y’impene+.

  • Yeremiya 6:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 “Bimariye iki kuba uzana imibavu ya olibani uyikuye i Sheba+, na kanehe* nziza uyikuye mu gihugu ca kure? Amashikanwa yanyu aturirwa uko yakabaye ntampimbara+, kandi ibimazi vyanyu ntibinezera+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika