Yesaya 37:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Hari aho Yehova Imana yawe yokwumva amajambo yose ya Rabushake+, uwo umwami wa Ashuri umukama wiwe yatumye gucokora+ Imana nzima, maze akagira ico amubaza koko ku bw’amajambo Yehova Imana yawe yumvise+. Uture isengesho+ ku bw’amasigarira asigaye+.’” Yeremiya 42:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 babwira Yeremiya umuhanuzi bati: “Turakwinginze ugusaba ubutoni kwacu gushike imbere yawe, udusabire kuri Yehova Imana yawe+, usabire aya masigarira yose, kuko dusigaye turi inkehwa kandi twari benshi+, nk’uko amaso yawe atubona.
4 Hari aho Yehova Imana yawe yokwumva amajambo yose ya Rabushake+, uwo umwami wa Ashuri umukama wiwe yatumye gucokora+ Imana nzima, maze akagira ico amubaza koko ku bw’amajambo Yehova Imana yawe yumvise+. Uture isengesho+ ku bw’amasigarira asigaye+.’”
2 babwira Yeremiya umuhanuzi bati: “Turakwinginze ugusaba ubutoni kwacu gushike imbere yawe, udusabire kuri Yehova Imana yawe+, usabire aya masigarira yose, kuko dusigaye turi inkehwa kandi twari benshi+, nk’uko amaso yawe atubona.