Amosi 5:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ntimurondere Beteli+, kandi ntimuje i Gilugali+, kandi ntimujabuke ngo muje i Beyeri-sheba+; kuko Gilugali itazobura kuja mu bunyagano+; nayo Beteli, izocika ikintu c’ivy’amageza+. Amosi 6:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “Ni co gituma rero bazoja mu bunyagano bari imbere y’abariko baja mu bunyagano+, kandi ukwidagadura kw’abigaramangira kuzovaho ata kabuza.
5 Ntimurondere Beteli+, kandi ntimuje i Gilugali+, kandi ntimujabuke ngo muje i Beyeri-sheba+; kuko Gilugali itazobura kuja mu bunyagano+; nayo Beteli, izocika ikintu c’ivy’amageza+.
7 “Ni co gituma rero bazoja mu bunyagano bari imbere y’abariko baja mu bunyagano+, kandi ukwidagadura kw’abigaramangira kuzovaho ata kabuza.