ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 26:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 mugata ivyagezwe vyanje+, imitima yanyu ikazinukwa ingingo zanje z’ubutungane kandi ntimushitse amabwirizwa yanje yose, gushika aho murenga kw’isezerano ryanje+,

  • 2 Ngoma 36:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Egome, abakuru bose b’abaherezi+ n’abantu bǎrakora ivy’ubuhemu ku rugero runini, bisunze ibintu biteye ishishi+ vyose vy’amahanga, ku buryo bahumanya inzu ya Yehova, iyo yari yarejeje i Yeruzalemu+.

  • Nehemiya 1:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Vy’ukuri twarakoze nabi imbere yawe+ kandi ntitwagumije amabwirizwa+ n’ingingo nyobozi+ n’ingingo z’ubutungane*+ wategetse biciye kuri Musa umusavyi wawe+.

  • Daniyeli 9:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Abo muri Isirayeli bose barahonyanze itegeko ryawe; twarakebeje mu kutagamburukira ijwi ryawe+, bituma udusukako wa muvumo na ya ndahiro+ yanditswe mw’itegeko rya Musa wa musavyi w’Imana y’ukuri, kuko twayicumuyeko.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika