Gusubira mu vyagezwe 2:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Aho Sihoni asohokeye n’abantu biwe bose guhura natwe mu rugamba i Yahazi+, Gusubira mu vyagezwe 2:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Yehova Imana yacu yaciye amugabura mu maboko yacu+, ku buryo tumutsinda+ n’abahungu biwe n’abantu biwe bose.
33 Yehova Imana yacu yaciye amugabura mu maboko yacu+, ku buryo tumutsinda+ n’abahungu biwe n’abantu biwe bose.