Itanguriro 28:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Nuko Yakobo aragana indagano+, ati: “Imana niyagumana nanje kandi vy’ukuri ikanzigama kuri iyi nzira ndiko njana, ikampa vy’ukuri umukate wo kurya n’impuzu zo kwambara+ Zaburi 50:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Shikanira Imana ugukenguruka bwa bimazi vyawe+,Kandi ushitse indagano zawe kuri Musumbavyose+;
20 Nuko Yakobo aragana indagano+, ati: “Imana niyagumana nanje kandi vy’ukuri ikanzigama kuri iyi nzira ndiko njana, ikampa vy’ukuri umukate wo kurya n’impuzu zo kwambara+