ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Ngoma 20:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Yehoshafati aca aratinya+ maze yiyemeza kurondera Yehova+. Atangaza rero ko Yuda yose yisonzesha+.

  • Ezira 8:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Maze ng’aho ku ruzi Ahava ntangaza ko haba ukwisonzesha, kugira twicishe bugufi+ imbere y’Imana yacu, ngo tuyibaze inzira ibereye+ twojana twe n’abana bacu batoyi+ n’ibintu vyacu vyose.

  • Yoweli 1:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 “Nimukenyere, mwikubitagure ku bikiriza+, yemwe baherezi. Nimuboroge, yemwe basuku bo ku gicaniro*+. Nimwinjire, murare mu magunira, yemwe basuku b’Imana yanje; kuko bimye inzu y’Imana yanyu ishikanwa ry’intete+ n’ishikanwa ry’ikinyobwa+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika