ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Daniyeli 9:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Ndaheza mpanga amaso+ Yehova ya Mana y’ukuri, kugira ngo ndamurondere mu gusenga+ no mu kwinginga, mu kwisonzesha no mu kwambara igunira* no mu kwisiga iminyota+.

  • Matayo 11:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 “Uragowe, Korazini! Uragowe, Betsayida+! kubera ko iyo ibikorwa vy’ububasha vyabereye muri mwebwe biza kuba vyabereye i Tiro n’i Sidoni, ivyo bisagara biba vyarigaye kera biri mu magunira* no mu minyota+.

  • Matayo 12:41
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 41 Abagabo b’i Ninewe bazohagurukana n’iri yaruka mu rubanza+ baritsindishe+; kuko bigaye aho bumviye ivyo Yona+ yamamaza, mugabo, ehe ng’aha hari ikiruta Yona.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika