1 Samweli 2:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nayo Yehova, abanigana na we bazotekerwa n’ubwoba+;Azobaturagarira ari mw’ijuru+.Yehova ubwiwe azocira urubanza impera z’isi+,Kugira ngo ahe inkomezi umwami wiwe+,Kugira ngo ashire hejuru ihembe ry’uwo yarobanuje amavuta*+.” Zaburi 96:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Imbere ya Yehova. Kuko aje+;Kuko aje gucira imanza isi+.Azocira imanza ubutaka bwimbuka akoresheje ubugororotsi+,N’ibisata vy’abantu akoresheje ubwizigirwa bwiwe+. Yesaya 51:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 “Nunyumvirize, wa gisata canje; nawe muryango wanje w’amahanga+, nuntege ugutwi. Kuko itegeko rizosohoka rivuye kuri jewe+, kandi ingingo yanje y’ubutungane* nzoyishinga ibe nk’umuco ku bisata vy’abantu+. Yesaya 51:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Ubugororotsi bwanje buri hafi+. Ubukiriro bwanje+ ntibuzobura gusohoka, kandi amaboko yanje azocira imanza ibisata vy’abantu+. Amazinga azonyizigira+, arindire ukuboko kwanje+.
10 Nayo Yehova, abanigana na we bazotekerwa n’ubwoba+;Azobaturagarira ari mw’ijuru+.Yehova ubwiwe azocira urubanza impera z’isi+,Kugira ngo ahe inkomezi umwami wiwe+,Kugira ngo ashire hejuru ihembe ry’uwo yarobanuje amavuta*+.”
13 Imbere ya Yehova. Kuko aje+;Kuko aje gucira imanza isi+.Azocira imanza ubutaka bwimbuka akoresheje ubugororotsi+,N’ibisata vy’abantu akoresheje ubwizigirwa bwiwe+.
4 “Nunyumvirize, wa gisata canje; nawe muryango wanje w’amahanga+, nuntege ugutwi. Kuko itegeko rizosohoka rivuye kuri jewe+, kandi ingingo yanje y’ubutungane* nzoyishinga ibe nk’umuco ku bisata vy’abantu+.
5 Ubugororotsi bwanje buri hafi+. Ubukiriro bwanje+ ntibuzobura gusohoka, kandi amaboko yanje azocira imanza ibisata vy’abantu+. Amazinga azonyizigira+, arindire ukuboko kwanje+.