Yesaya 66:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ni nde yumvise ikintu nk’ico+? Ni nde yabonye ibintu nk’ivyo+? Mbega igihugu+ covyarwa mu bubabare bw’ibise mu musi umwe+? Canke, ihanga+ ryovukira rimwe+? Kuko Siyoni yagiye mu bubabare bw’ibise yongera iribaruka abana bayo.
8 Ni nde yumvise ikintu nk’ico+? Ni nde yabonye ibintu nk’ivyo+? Mbega igihugu+ covyarwa mu bubabare bw’ibise mu musi umwe+? Canke, ihanga+ ryovukira rimwe+? Kuko Siyoni yagiye mu bubabare bw’ibise yongera iribaruka abana bayo.