Gusubira mu vyagezwe 23:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Ntuze uzane mu nzu ya Yehova Imana yawe ingero+ ya maraya canke ikiguzi c’imbwa+ ku bw’indagano iyo ari yo yose, kuko ivyo ari ikintu giteye ishishi kuri Yehova Imana yawe, mbere vyose uko ari bibiri.
18 Ntuze uzane mu nzu ya Yehova Imana yawe ingero+ ya maraya canke ikiguzi c’imbwa+ ku bw’indagano iyo ari yo yose, kuko ivyo ari ikintu giteye ishishi kuri Yehova Imana yawe, mbere vyose uko ari bibiri.