2 Abami 18:1 Bibiliya y’isi nshasha 18 Nuko mu mwaka ugira gatatu wa Hosheya+ mwene Ela umwami wa Isirayeli, Hezekiya+ mwene Ahazi+ umwami wa Yuda aba umwami. 2 Ngoma 29:1 Bibiliya y’isi nshasha 29 Hezekiya+ yabaye umwami afise imyaka mirongo ibiri n’itanu, maze amara imyaka mirongo ibiri n’icenda aganza i Yeruzalemu. Nyina yitwa Abiya umukobwa wa Zekariya+. Yesaya 36:1 Bibiliya y’isi nshasha 36 Nuko mu mwaka ugira cumi na kane w’Umwami Hezekiya, Senakeribu+ umwami wa Ashuri+ aduga gutera ibisagara vyose vya Yuda bikingijwe ibihome, arabifata+.
18 Nuko mu mwaka ugira gatatu wa Hosheya+ mwene Ela umwami wa Isirayeli, Hezekiya+ mwene Ahazi+ umwami wa Yuda aba umwami.
29 Hezekiya+ yabaye umwami afise imyaka mirongo ibiri n’itanu, maze amara imyaka mirongo ibiri n’icenda aganza i Yeruzalemu. Nyina yitwa Abiya umukobwa wa Zekariya+.
36 Nuko mu mwaka ugira cumi na kane w’Umwami Hezekiya, Senakeribu+ umwami wa Ashuri+ aduga gutera ibisagara vyose vya Yuda bikingijwe ibihome, arabifata+.