Yesaya 2:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Amaso yibona y’umuntu yakuwe mw’ivu ategerezwa kuja hasi, n’ukwishira hejuru kw’abantu gutegerezwa kumanuka+; kandi Yehova wenyene ni we azotegerezwa gushirwa hejuru kuri uwo musi+. Daniyeli 5:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Ariko igihe umutima wiwe wagira ubwibone, n’impwemu yiwe igakomantara, agakorana ukwita imbere+, yarakuwe ku ntebe y’ubwami bwiwe, yakwa n’iteka ryiwe+. 1 Petero 5:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Namwe basore, ni kwo kw’ukwo, muyobokere+ abagabo b’inararibonye. Mugabo mwese mukenyere ukwiyorosha kwo mu muzirikanyi mu vyo mugiriranira+, kuko Imana irwanya abibona, mugabo igaha ubuntu ata wari abukwiriye abicisha bugufi+.
11 Amaso yibona y’umuntu yakuwe mw’ivu ategerezwa kuja hasi, n’ukwishira hejuru kw’abantu gutegerezwa kumanuka+; kandi Yehova wenyene ni we azotegerezwa gushirwa hejuru kuri uwo musi+.
20 Ariko igihe umutima wiwe wagira ubwibone, n’impwemu yiwe igakomantara, agakorana ukwita imbere+, yarakuwe ku ntebe y’ubwami bwiwe, yakwa n’iteka ryiwe+.
5 Namwe basore, ni kwo kw’ukwo, muyobokere+ abagabo b’inararibonye. Mugabo mwese mukenyere ukwiyorosha kwo mu muzirikanyi mu vyo mugiriranira+, kuko Imana irwanya abibona, mugabo igaha ubuntu ata wari abukwiriye abicisha bugufi+.