ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yosuwa 11:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Yosuwa afata ibisagara vyose vy’abo bami n’abami bavyo bose maze abikubitisha ubugi bw’inkota+. Arabitikiza+, nk’uko nyene Musa umusavyi wa Yehova yari yarategetse+.

  • Zaburi 68:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Koko, Imana ubwayo izomenagura umutwe w’abansi bayo+,

      Imenagure urutwariro rwuzuyeko umushatsi rw’uwo wese agendagendera mu caha ciwe+.

  • Zaburi 110:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  6 Azoshitsa imanza hagati mu mahanga+;

      Azokwuzuza hose imivyimba+.

      Azomenagura umukuru agaba igihugu c’abantu benshi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika