Yesaya 47:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nararakariye abantu banje+. Narahumanije intoranwa yanje+, ndabatanga mu kuboko kwawe+. Nta mbabazi wabagiriye+. Ku mutama ingǒgo yawe wayigize iyiremereye cane+. Yeremiya 51:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Nzokwishura Babiloni n’ababa muri Kaludaya bose ububi bwabo bwose bakoreye i Siyoni mu maso yanyu+,” ni ko Yehova avuze. Zakariya 1:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Mfitiye uburakari bwinshi amahanga yitekaniye+; kuko jewe narakaye buhoro+, yamara bo bagatuma ivyago vyunyuka+.”’
6 Nararakariye abantu banje+. Narahumanije intoranwa yanje+, ndabatanga mu kuboko kwawe+. Nta mbabazi wabagiriye+. Ku mutama ingǒgo yawe wayigize iyiremereye cane+.
24 Nzokwishura Babiloni n’ababa muri Kaludaya bose ububi bwabo bwose bakoreye i Siyoni mu maso yanyu+,” ni ko Yehova avuze.
15 Mfitiye uburakari bwinshi amahanga yitekaniye+; kuko jewe narakaye buhoro+, yamara bo bagatuma ivyago vyunyuka+.”’