Abalewi 18:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Mwebwe nya gihugu ntikizobadahwa kibaziza ukugihumanya, nk’uko nyene kitazobura kudahwa amahanga y’imbere yanyu+. Yesaya 37:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ehe! Wewe ubwawe warumvise ivyo abami ba Ashuri bakoreye ibihugu vyose mu kubitikiza+; none wewe uzorokorwa+? Yeremiya 25:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Abishwe na Yehova kuri uwo musi bazohera koko ku mpera imwe y’isi bashike ku yindi+. Ntibazoborogerwa, eka kandi ntibazokwegeranywa canke ngo bahambwe+. Bazoba nk’intabire ku buringanire bw’ubutaka+.’
28 Mwebwe nya gihugu ntikizobadahwa kibaziza ukugihumanya, nk’uko nyene kitazobura kudahwa amahanga y’imbere yanyu+.
11 Ehe! Wewe ubwawe warumvise ivyo abami ba Ashuri bakoreye ibihugu vyose mu kubitikiza+; none wewe uzorokorwa+?
33 Abishwe na Yehova kuri uwo musi bazohera koko ku mpera imwe y’isi bashike ku yindi+. Ntibazoborogerwa, eka kandi ntibazokwegeranywa canke ngo bahambwe+. Bazoba nk’intabire ku buringanire bw’ubutaka+.’