Yeremiya 7:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 nanje nzobareka koko mugume muba aha hantu, mu gihugu nahaye ba sogokuruza banyu, kuva igihe kitagira urugero gushika igihe kitagira urugero+.”’” Yeremiya 25:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 uko bavuga bati: ‘Enda nimuhindukire, umwe wese muri mwebwe ave mu nzira yiwe mbi no mu bubi bw’ibikorwa vyiwe+, maze mubandanye kuba ku butaka Yehova yabahaye mwe na ba sogokuruza banyu kuva kera gushika igihe kirekire kizoza+.
7 nanje nzobareka koko mugume muba aha hantu, mu gihugu nahaye ba sogokuruza banyu, kuva igihe kitagira urugero gushika igihe kitagira urugero+.”’”
5 uko bavuga bati: ‘Enda nimuhindukire, umwe wese muri mwebwe ave mu nzira yiwe mbi no mu bubi bw’ibikorwa vyiwe+, maze mubandanye kuba ku butaka Yehova yabahaye mwe na ba sogokuruza banyu kuva kera gushika igihe kirekire kizoza+.