Gusubira mu vyagezwe 4:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 Kandi utegerezwa kugumya ingingo nyobozi ziwe+ n’amabwirizwa yiwe ndagutegetse uno musi, kugira bikugendere neza wewe+ n’abahungu bawe bo mu nyuma zawe, no kugira ngo urambire ku butaka Yehova Imana yawe agira aguhe+, nantaryo.” Yeremiya 3:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 “Muri iyo misi, inzu ya Yuda izogendana n’inzu ya Isirayeli+, kandi bazovana+ mu gihugu co mu buraruko binjire mu gihugu nahaye ba sogokuruza banyu bwa ntoranwa+.
40 Kandi utegerezwa kugumya ingingo nyobozi ziwe+ n’amabwirizwa yiwe ndagutegetse uno musi, kugira bikugendere neza wewe+ n’abahungu bawe bo mu nyuma zawe, no kugira ngo urambire ku butaka Yehova Imana yawe agira aguhe+, nantaryo.”
18 “Muri iyo misi, inzu ya Yuda izogendana n’inzu ya Isirayeli+, kandi bazovana+ mu gihugu co mu buraruko binjire mu gihugu nahaye ba sogokuruza banyu bwa ntoranwa+.