2 Abami 25:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Abahungu ba Zedekiya babicira mu maso yiwe+, amaso ya Zedekiya na yo arayahumisha+, hanyuma amubohesha amapingu y’umujumpu+ araheza amujana i Babiloni+. Yesaya 24:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Kandi uku ni ko bitegerezwa kuba kuri uwo musi: Yehova azokwitaho ivy’ingabo zo hejuru iyo hejuru, n’ivy’abami b’ubutaka ku butaka+. Yeremiya 39:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nuko umwami wa Babiloni atangura kwicira+ abahungu ba Zedekiya i Ribula mu maso yiwe+, kandi umwami wa Babiloni yica n’abanyacubahiro bose ba Yuda+.
7 Abahungu ba Zedekiya babicira mu maso yiwe+, amaso ya Zedekiya na yo arayahumisha+, hanyuma amubohesha amapingu y’umujumpu+ araheza amujana i Babiloni+.
21 Kandi uku ni ko bitegerezwa kuba kuri uwo musi: Yehova azokwitaho ivy’ingabo zo hejuru iyo hejuru, n’ivy’abami b’ubutaka ku butaka+.
6 Nuko umwami wa Babiloni atangura kwicira+ abahungu ba Zedekiya i Ribula mu maso yiwe+, kandi umwami wa Babiloni yica n’abanyacubahiro bose ba Yuda+.