Kuvayo 29:43 Bibiliya y’isi nshasha 43 “Nzoseruka ng’aho, imbere ya bene Isirayeli, kandi ata gukeka hazokwezwa n’ubuninahazwa bwanje+. Zaburi 29:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ijwi rya Yehova rituma impongokazi zigonyonzora mu bubabare bwo kuvyara+,Rigakoba ibibira bigasigara biri amenya+.Kandi mu rusengero rwiwe umwe wese avuga ati: “Ubuninahazwa+!” Yesaya 60:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 “Ubuninahazwa bwa Libani buzoza kuri wewe, igiti c’umuberoshi, igiti c’umutidari be n’akajwari icarimwe+, kugira ngo ikibanza c’aheranda hanje gisharizwe+; kandi nzoninahaza ikibanza c’ibirenge vyanje+.
9 Ijwi rya Yehova rituma impongokazi zigonyonzora mu bubabare bwo kuvyara+,Rigakoba ibibira bigasigara biri amenya+.Kandi mu rusengero rwiwe umwe wese avuga ati: “Ubuninahazwa+!”
13 “Ubuninahazwa bwa Libani buzoza kuri wewe, igiti c’umuberoshi, igiti c’umutidari be n’akajwari icarimwe+, kugira ngo ikibanza c’aheranda hanje gisharizwe+; kandi nzoninahaza ikibanza c’ibirenge vyanje+.