2 Samweli 7:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 abwira rero Natani+ umuhanuzi ati: “Raba ubu jewe mba mu nzu y’amasederi+ mu gihe isandugu y’Imana y’ukuri yoyo iba hagati mu bitambara vy’ihema+.”
2 abwira rero Natani+ umuhanuzi ati: “Raba ubu jewe mba mu nzu y’amasederi+ mu gihe isandugu y’Imana y’ukuri yoyo iba hagati mu bitambara vy’ihema+.”