Itanguriro 15:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Mugabo mw’iyaruka rigira kane bazogaruka ng’aha+, kuko ikosa ry’Abamori ritaruzura+.” Matayo 23:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Nuko rero nimwuzuze ingero+ ya ba sogokuruza banyu. 1 Abatesalonika 2:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 kuko bashaka kutubuza+ kubwira abanyamahanga ngo na bo bakizwe+, bigatuma bama buzuza ingero+ y’ibicumuro vyabo. Mugabo uburake bwayo bwaruhiye kubazako+.
16 kuko bashaka kutubuza+ kubwira abanyamahanga ngo na bo bakizwe+, bigatuma bama buzuza ingero+ y’ibicumuro vyabo. Mugabo uburake bwayo bwaruhiye kubazako+.