ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 17:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 uje ku baherezi+, Abalewi, no ku mucamanza+ azoba akora muri iyo misi, ubariritse, na bo baze bagushikirize ijambo ry’ingingo y’ubutungane+.

  • Ezekiyeli 44:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 “‘Nayo abaherezi b’Abalewi+, bene Zadoki+, abitwararitse igikorwa bajejwe c’aheranda hanje igihe bene Isirayeli bata inzira bakayerera kure yanje+, abo ni bo bazonyegēra ngo bankorere, kandi bazohagarara imbere yanje+ kugira ngo banshikirize ikinure+ n’amaraso+,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze.

  • Hoseya 4:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Abantu banje bazonumishwa koko, kuko ata bumenyi buhari+. Ko wewe wataye ubumenyi+, nanje nzoguta ntiwongere kumbera umuherezi+; ko uguma wibagira itegeko ry’Imana yawe+, nanje rero nzokwibagira abana bawe+.

  • Malaki 2:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Kuko iminwa y’umuherezi ari yo ikwiye kugumya ubumenyi, itegeko rikaba ari ryo abantu bakwiye kuronderera mu kanwa kiwe+; kuko ari we ntumwa ya Yehova nyen’ingabo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika