Yesaya 63:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nagumye nitegereza, mugabo ntihagira uwumfasha; ndajorerwa, mugabo ntihagira uwunshigikira+. Nuko ukuboko kwanje kundonsa ubukiriro+, kandi ubushangashirwe+ bwanje ni bwo bwanshigikiye. Nahumu 1:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Yehova ni Imana isaba kwiheberwa yonyene gusa+ kandi yihora; Yehova arihora+ kandi arashangashirwa+. Yehova arihora abarwanizi biwe+, kandi agirira inzika abansi biwe+.
5 Nagumye nitegereza, mugabo ntihagira uwumfasha; ndajorerwa, mugabo ntihagira uwunshigikira+. Nuko ukuboko kwanje kundonsa ubukiriro+, kandi ubushangashirwe+ bwanje ni bwo bwanshigikiye.
2 Yehova ni Imana isaba kwiheberwa yonyene gusa+ kandi yihora; Yehova arihora+ kandi arashangashirwa+. Yehova arihora abarwanizi biwe+, kandi agirira inzika abansi biwe+.