2 “Mwana w’umuntu, vuga ubuhanuzi bwagiriza abungere ba Isirayeli. Vuga ubuhanuzi, ubabwire, ubwire nya bungere, uti: ‘Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Baragowe abungere ba Isirayeli+ bacitse abigaburira ubwabo+! Mbega umukuku si wo abungere bakwiye kugaburira+?