Yeremiya 23:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 “Kandi aba bantu canke umuhanuzi canke umuherezi nibakubaza bati: ‘Umuzigo wa Yehova ni uwuhe+?’, uze ubabwire rero uti: ‘“Ni mwebwe—urazi ukuntu muri umuzigo+! Nzobaheba ata gukeka+,” ni ko Yehova avuze.’ Zakariya 10:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kuko terafimu*+ zavuze ivy’amageza; abaraguzi beretswe ibinyoma+, kandi indoto ata co zimaze ni zo baguma bavuga, kandi bagerageza guhoreza abantu ubusa+. Ni co gituma bazozimira koko nk’umukuku+; bazokwibabaza, kuko ata mwungere ariho+.
33 “Kandi aba bantu canke umuhanuzi canke umuherezi nibakubaza bati: ‘Umuzigo wa Yehova ni uwuhe+?’, uze ubabwire rero uti: ‘“Ni mwebwe—urazi ukuntu muri umuzigo+! Nzobaheba ata gukeka+,” ni ko Yehova avuze.’
2 Kuko terafimu*+ zavuze ivy’amageza; abaraguzi beretswe ibinyoma+, kandi indoto ata co zimaze ni zo baguma bavuga, kandi bagerageza guhoreza abantu ubusa+. Ni co gituma bazozimira koko nk’umukuku+; bazokwibabaza, kuko ata mwungere ariho+.