Itanguriro 10:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Iyo ni yo yari imiryango ya bene Nowa hisunzwe imiryango bakomokamwo, hakurikijwe amahanga yabo, kandi amahanga yakwiragiye mw’isi inyuma y’umwuzure avuye kuri abo+. Yeremiya 10:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Suka ubushangashirwe bwawe ku mahanga+ yakwirengagije+, no ku miryango itambaje izina ryawe+. Kuko bamirāje Yakobo+. Egome, baramurigase, kandi baguma bamutikiza+; ahantu yaba bahagize umusaka+. Amosi 3:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 ‘Ni mwebwe gusa namenye+ mu miryango yose yo ku butaka+. Ni co gituma nzogira ico ndababaza ku makosa yanyu yose+.
32 Iyo ni yo yari imiryango ya bene Nowa hisunzwe imiryango bakomokamwo, hakurikijwe amahanga yabo, kandi amahanga yakwiragiye mw’isi inyuma y’umwuzure avuye kuri abo+.
25 Suka ubushangashirwe bwawe ku mahanga+ yakwirengagije+, no ku miryango itambaje izina ryawe+. Kuko bamirāje Yakobo+. Egome, baramurigase, kandi baguma bamutikiza+; ahantu yaba bahagize umusaka+.
2 ‘Ni mwebwe gusa namenye+ mu miryango yose yo ku butaka+. Ni co gituma nzogira ico ndababaza ku makosa yanyu yose+.