ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yoweli 1:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Ivyasigajwe n’ikinyabwoya, uruzige rwabiriye+; kandi ivyasigajwe n’uruzige, uruzige rutagira amababa rwikwega hasi rwabiriye; kandi ivyo uruzige rutagira amababa rwikwega hasi rwasigaje, inyenzi yabiriye+.

  • Amosi 4:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 “‘Nabateje ukubabuka kw’ibirimwa be n’ururyi+. Amatongo yanyu n’imirima yanyu y’imizabibu vyaragwiriye, mugabo ibiti vyanyu vy’imisukoni be n’ibiti vyanyu vy’imyelayo bigakegetwa n’ikinyabwoya+; yamara ntimwangarutseko+,’ ni ko Yehova avuze.

  • Amosi 7:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova yanyeretse: ehe yariko aremarema irumbu ry’inzige, ivyabibwe mu nyuma bigitangura kunaga+. Kandi, ehe vyari ivyabibwe mu nyuma y’itemwa ry’ivyatsi vy’umwami.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika