ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Luka 20:37
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 37 Mugabo ivy’uko abapfuye bazurwa, na Musa yarabihishuye, muri ya nkuru y’igisaka c’amahwa+, igihe yita Yehova ‘Imana ya Aburahamu n’Imana ya Izahaki n’Imana ya Yakobo+.’

  • Luka 20:38
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 38 Ni Imana, atari iy’abapfuye, ahubwo y’abazima, kuko bose ari bazima kuri yo+.”

  • Abaroma 4:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 nk’uko vyanditswe ngo: “Ngushizeho ngo ube se w’amahanga menshi+.”) Ivyo vyabereye imbere y’Uwo yari yizeye, ari we Mana, imwe igira bazima abapfuye+ kandi igahamagara ibitariho nk’aho vyoba biriho+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika