Luka 10:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Maze umuntu umwe w’umuhanga mu vy’Itegeko+ arahaguruka, kugira ngo amugeze, avuga ati: “Mwigisha, nokora iki ngo nze ntorane ubuzima budahera+?”
25 Maze umuntu umwe w’umuhanga mu vy’Itegeko+ arahaguruka, kugira ngo amugeze, avuga ati: “Mwigisha, nokora iki ngo nze ntorane ubuzima budahera+?”