ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 19:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Maze haza umuntu kuri we, avuga ati: “Mwigisha, ni iciza ikihe ntegerezwa gukora kugira ndonke ubuzima budahera+?”

  • Mariko 10:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Hanyuma igihe yariko arasohoka ngo afate inzira, umuntu umwe aza arirukanga akubita ibipfukamiro imbere yiwe, amubaza ati: “Mwigisha mwiza, ni igiki ntegerezwa gukora ngo nze ntorane ubuzima budahera+?”

  • Luka 18:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Hanyuma umutware umwe amubaza ikibazo ati: “Mwigisha mwiza, nkore iki ngo nze ntorane ubuzima budahera+?”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika