Matayo 19:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Maze haza umuntu kuri we, avuga ati: “Mwigisha, ni iciza ikihe ntegerezwa gukora kugira ndonke ubuzima budahera+?” Mariko 10:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Hanyuma igihe yariko arasohoka ngo afate inzira, umuntu umwe aza arirukanga akubita ibipfukamiro imbere yiwe, amubaza ati: “Mwigisha mwiza, ni igiki ntegerezwa gukora ngo nze ntorane ubuzima budahera+?” Luka 10:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Maze umuntu umwe w’umuhanga mu vy’Itegeko+ arahaguruka, kugira ngo amugeze, avuga ati: “Mwigisha, nokora iki ngo nze ntorane ubuzima budahera+?”
16 Maze haza umuntu kuri we, avuga ati: “Mwigisha, ni iciza ikihe ntegerezwa gukora kugira ndonke ubuzima budahera+?”
17 Hanyuma igihe yariko arasohoka ngo afate inzira, umuntu umwe aza arirukanga akubita ibipfukamiro imbere yiwe, amubaza ati: “Mwigisha mwiza, ni igiki ntegerezwa gukora ngo nze ntorane ubuzima budahera+?”
25 Maze umuntu umwe w’umuhanga mu vy’Itegeko+ arahaguruka, kugira ngo amugeze, avuga ati: “Mwigisha, nokora iki ngo nze ntorane ubuzima budahera+?”