Matayo 19:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Kandi umuntu wese yasize amazu, canke bene wabo canke bashikiwe, canke se canke nyina, canke abana, canke amatongo ku bw’izina ryanje, azobironka incuro nyinshi yongere atorane ubuzima budahera+. Mariko 10:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Hanyuma igihe yariko arasohoka ngo afate inzira, umuntu umwe aza arirukanga akubita ibipfukamiro imbere yiwe, amubaza ati: “Mwigisha mwiza, ni igiki ntegerezwa gukora ngo nze ntorane ubuzima budahera+?” Luka 10:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Maze umuntu umwe w’umuhanga mu vy’Itegeko+ arahaguruka, kugira ngo amugeze, avuga ati: “Mwigisha, nokora iki ngo nze ntorane ubuzima budahera+?” Luka 18:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Hanyuma umutware umwe amubaza ikibazo ati: “Mwigisha mwiza, nkore iki ngo nze ntorane ubuzima budahera+?”
29 Kandi umuntu wese yasize amazu, canke bene wabo canke bashikiwe, canke se canke nyina, canke abana, canke amatongo ku bw’izina ryanje, azobironka incuro nyinshi yongere atorane ubuzima budahera+.
17 Hanyuma igihe yariko arasohoka ngo afate inzira, umuntu umwe aza arirukanga akubita ibipfukamiro imbere yiwe, amubaza ati: “Mwigisha mwiza, ni igiki ntegerezwa gukora ngo nze ntorane ubuzima budahera+?”
25 Maze umuntu umwe w’umuhanga mu vy’Itegeko+ arahaguruka, kugira ngo amugeze, avuga ati: “Mwigisha, nokora iki ngo nze ntorane ubuzima budahera+?”
18 Hanyuma umutware umwe amubaza ikibazo ati: “Mwigisha mwiza, nkore iki ngo nze ntorane ubuzima budahera+?”