ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Mariko 10:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 atazoronka incuro ijana+ ubu muri iki kiringo, amazu na bene wabo na bashikiwe na ba nyina n’abana n’amatongo, hariko n’uruhamo+, mu gihe* kizoza na ho ubuzima budahera.

  • Luka 18:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Ababwira ati: “Ni ukuri ndabibabwiye: Nta n’umwe yasize inzu canke umugore canke bene wabo canke abavyeyi canke abana ku bw’ubwami bw’Imana+

  • Luka 18:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 atazogira ukuntu abironka incuro nyinshi muri iki kiringo, mu gihe* kizoza na ho ubuzima budahera+.”

  • Abaheburayo 10:34
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 34 Kuko mwerekanye ko mubabarana n’abari mw’ibohero kandi mukemera munezerewe gusahurwa+ ivyanyu, muzi yuko mwebwe ubwanyu mufise itunga ryiza kuruta kandi riramba+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika