ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 19:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Kandi umuntu wese yasize amazu, canke bene wabo canke bashikiwe, canke se canke nyina, canke abana, canke amatongo ku bw’izina ryanje, azobironka incuro nyinshi yongere atorane ubuzima budahera+.

  • Mariko 10:30
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 30 atazoronka incuro ijana+ ubu muri iki kiringo, amazu na bene wabo na bashikiwe na ba nyina n’abana n’amatongo, hariko n’uruhamo+, mu gihe* kizoza na ho ubuzima budahera.

  • Ivyahishuwe 2:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Ntutinye ibigira bigushikire+. Ehe Shetani*+ azoguma ata mw’ibohero bamwe muri mwebwe kugira ngo mugezwe bimwe bishitse+, no kugira ngo mugire amakuba+ imisi cumi. Erekana ko uri umwizigirwa no gushika ku rupfu+, nanje nzoguha urugori rw’ubuzima+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika