Mariko 14:67 Bibiliya y’isi nshasha 67 hanyuma abonye Petero ariko arota, amuraba mu maso amuhanga, avuga ati: “Na wewe wari kumwe na wa Munyanazareti, uwo Yezu+.” Yohani 18:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Simoni Petero yari ahagaze ariko arota. Maze bamubwira bati: “Mbega nawe uri uwo mu bigishwa biwe?” Arabihakana, ati: “Sindi uwo muri bo+.”
67 hanyuma abonye Petero ariko arota, amuraba mu maso amuhanga, avuga ati: “Na wewe wari kumwe na wa Munyanazareti, uwo Yezu+.”
25 Simoni Petero yari ahagaze ariko arota. Maze bamubwira bati: “Mbega nawe uri uwo mu bigishwa biwe?” Arabihakana, ati: “Sindi uwo muri bo+.”