Luka 22:56 Bibiliya y’isi nshasha 56 Mugabo umusukukazi umwe amubona yicaye iruhande ya nya gacanwa kabengagira, aramwitegereza, avuga ati: “Uyu na we nyene yari kumwe na we+.”
56 Mugabo umusukukazi umwe amubona yicaye iruhande ya nya gacanwa kabengagira, aramwitegereza, avuga ati: “Uyu na we nyene yari kumwe na we+.”