Matayo 26:69 Bibiliya y’isi nshasha 69 Petero yari yicaye hanze mu rugo; umusukukazi umwe aza amugana, avuga ati: “Na wewe wari kumwe na Yezu Umunyagalilaya+!” Mariko 14:67 Bibiliya y’isi nshasha 67 hanyuma abonye Petero ariko arota, amuraba mu maso amuhanga, avuga ati: “Na wewe wari kumwe na wa Munyanazareti, uwo Yezu+.”
69 Petero yari yicaye hanze mu rugo; umusukukazi umwe aza amugana, avuga ati: “Na wewe wari kumwe na Yezu Umunyagalilaya+!”
67 hanyuma abonye Petero ariko arota, amuraba mu maso amuhanga, avuga ati: “Na wewe wari kumwe na wa Munyanazareti, uwo Yezu+.”