Mariko 15:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Hageze kw’isaha igira gatandatu, umwiza utwikira igihugu cose gushika kw’isaha y’icenda+. Luka 23:44 Bibiliya y’isi nshasha 44 Ico gihe rero hari nko kw’isaha ya gatandatu, yamara rero umwiza utwikira isi yose gushika kw’isaha y’icenda+,
44 Ico gihe rero hari nko kw’isaha ya gatandatu, yamara rero umwiza utwikira isi yose gushika kw’isaha y’icenda+,