Amosi 8:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 “‘Kandi uku ni ko bizoba kuri uwo musi,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Nzotuma izuba rirenga ku mutaga w’amaminangohe+, nteze igihugu umwiza ku musi umuco ari wose. Matayo 27:45 Bibiliya y’isi nshasha 45 Kuva kw’isaha ya gatandatu umwiza utwikira+ igihugu cose, gushika kw’isaha y’icenda+. Mariko 15:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 Hageze kw’isaha igira gatandatu, umwiza utwikira igihugu cose gushika kw’isaha y’icenda+.
9 “‘Kandi uku ni ko bizoba kuri uwo musi,’ ni ko Umukama Segaba Yehova avuze: ‘Nzotuma izuba rirenga ku mutaga w’amaminangohe+, nteze igihugu umwiza ku musi umuco ari wose.