Matayo 27:45 Bibiliya y’isi nshasha 45 Kuva kw’isaha ya gatandatu umwiza utwikira+ igihugu cose, gushika kw’isaha y’icenda+. Luka 23:44 Bibiliya y’isi nshasha 44 Ico gihe rero hari nko kw’isaha ya gatandatu, yamara rero umwiza utwikira isi yose gushika kw’isaha y’icenda+,
44 Ico gihe rero hari nko kw’isaha ya gatandatu, yamara rero umwiza utwikira isi yose gushika kw’isaha y’icenda+,