Mariko 15:47 Bibiliya y’isi nshasha 47 Mugabo Mariya Magadalena na Mariya nyina wa Yoze baguma baraba aho yari yaryamitswe+. Luka 23:55 Bibiliya y’isi nshasha 55 Mugabo ba bagore bari bavanye na we i Galilaya barakurikira, bitegereza nya mva+ n’ingene ikiziga ciwe caryamitswe+;
55 Mugabo ba bagore bari bavanye na we i Galilaya barakurikira, bitegereza nya mva+ n’ingene ikiziga ciwe caryamitswe+;