Matayo 27:61 Bibiliya y’isi nshasha 61 Mugabo Mariya Magadalena n’umwe Mariya wundi bagumaho, bicaye imbere y’iyo mva+. Mariko 15:47 Bibiliya y’isi nshasha 47 Mugabo Mariya Magadalena na Mariya nyina wa Yoze baguma baraba aho yari yaryamitswe+.