Matayo 27:61 Bibiliya y’isi nshasha 61 Mugabo Mariya Magadalena n’umwe Mariya wundi bagumaho, bicaye imbere y’iyo mva+. Luka 23:55 Bibiliya y’isi nshasha 55 Mugabo ba bagore bari bavanye na we i Galilaya barakurikira, bitegereza nya mva+ n’ingene ikiziga ciwe caryamitswe+;
55 Mugabo ba bagore bari bavanye na we i Galilaya barakurikira, bitegereza nya mva+ n’ingene ikiziga ciwe caryamitswe+;