Matayo 8:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Mugabo ababwira ati: “Kubera iki muri n’umutima uhuha, mwa bantu b’ukwizera guke mwe+?” Maze arahaguruka akankamira nya miyaga na nya kiyaga, haca haratekana cane+. Matayo 14:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 Buno nyene Yezu aramvura ukuboko aramufata, amubwira ati: “Wa muntu w’ukwizera guke we, kubera iki waretse ugatwarwa n’ugukekeranya+?” Matayo 16:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Yezu arabimenya, aca avuga ati: “Kubera iki muriko mwiyumvira gutyo hagati yanyu, ngo ni uko ata mikate mufise, yemwe ab’ukwizera guke mwe+? Luka 12:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Nimba rero Imana yambika gutyo ivyatsi vyo mw’itongo biriho uno musi ejo bigatererwa mu ziko, ese ingene izorushiriza kubambika, mwebwe ab’ukwizera guke+!
26 Mugabo ababwira ati: “Kubera iki muri n’umutima uhuha, mwa bantu b’ukwizera guke mwe+?” Maze arahaguruka akankamira nya miyaga na nya kiyaga, haca haratekana cane+.
31 Buno nyene Yezu aramvura ukuboko aramufata, amubwira ati: “Wa muntu w’ukwizera guke we, kubera iki waretse ugatwarwa n’ugukekeranya+?”
8 Yezu arabimenya, aca avuga ati: “Kubera iki muriko mwiyumvira gutyo hagati yanyu, ngo ni uko ata mikate mufise, yemwe ab’ukwizera guke mwe+?
28 Nimba rero Imana yambika gutyo ivyatsi vyo mw’itongo biriho uno musi ejo bigatererwa mu ziko, ese ingene izorushiriza kubambika, mwebwe ab’ukwizera guke+!