ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 65:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  7 Ahwamika urwamo rw’ibiyaga+,

      Urwamo rw’imipfunda yavyo n’uruyogoyogo rw’imiryango y’amahanga+.

  • Zaburi 89:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  9 Uganza ukwisevya kw’ikiyaga+;

      Iyo kidugije imipfunda yaco, ni wewe uyitururuza+.

  • Zaburi 107:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Atururuza ikirura c’umuyaga kigatekana+,

      Imipfunda y’ikiyaga igatekereza+.

  • Luka 8:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Maze ababwira ati: “Ukwizera kwanyu kuri hehe?” Mugabo batekerwa n’ubwoba, baratangara, babwirana bati: “None uyu ni nde, ko ategeka n’imiyaga be n’amazi, bikamugamburukira+?”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika