Matayo 4:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Amaze kuva i Nazareti, araza aba i Kaperinawumu+ iruhande y’ikiyaga mu ntara za Zebuloni na Nafutali+, Mariko 2:1 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ariko haciye imisi mikeyi yongera kwinjira i Kaperinawumu, maze bivugwa ko Yezu ari iwabo+. Luka 8:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Nuko abantu indiri bose bavuye mu gihugu kihakikuje c’Abageraseni bamusaba kubaviraho, kubera ko bari batekewe n’ubwoba bwinshi+. Maze yurira ubwato aragenda.
13 Amaze kuva i Nazareti, araza aba i Kaperinawumu+ iruhande y’ikiyaga mu ntara za Zebuloni na Nafutali+,
37 Nuko abantu indiri bose bavuye mu gihugu kihakikuje c’Abageraseni bamusaba kubaviraho, kubera ko bari batekewe n’ubwoba bwinshi+. Maze yurira ubwato aragenda.