Luka 1:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Nya mumarayika amwishura ati: “Impwemu nyeranda+ izokuzako, kandi ububasha bwa Musumbavyose buzogutwikiriza igitutu. Ni co gituma kandi ikizovuka kizokwitwa ceranda+, Umwana w’Imana+.
35 Nya mumarayika amwishura ati: “Impwemu nyeranda+ izokuzako, kandi ububasha bwa Musumbavyose buzogutwikiriza igitutu. Ni co gituma kandi ikizovuka kizokwitwa ceranda+, Umwana w’Imana+.