Matayo 15:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 ku buryo iryo sinzi ryumizwa no kubona ibiragi bivuga, n’abacumbagira bagendagenda, n’impumyi zongera kubona, maze baninahaza Imana ya Isirayeli+.
31 ku buryo iryo sinzi ryumizwa no kubona ibiragi bivuga, n’abacumbagira bagendagenda, n’impumyi zongera kubona, maze baninahaza Imana ya Isirayeli+.